Do you want to find the lyrics of the song "Chérie Wanje" by Trezzo Bwoy? For the complete lyrics of this particular song, visit iLyricsMint Hub, where you can find all the words to the song exactly as they are in the original music video. This song speaks about romantic love, affection, and caring for someone. The song has smooth lyrics and an attractive chorus that manifest the feeling of being completely fascinated by a lover, appreciating their company and feeling calm while they are together.
The lyrics of the song also tell a lot about enjoyable and carefree moments of human life providing examples such as a late-night phone call that leads to calm, the joy of being loved, and the desire to devote everything to one's lover. The music mixes different languages such as Kirundi, French, and English to transmit its ideas about deep and special love. So if you are the one who prefers to listen to this wonderful song with its enjoyable lyrics, you should understand them for your comprehension of the music’s meaning.
Chérie Wanje Lyrics
Wa mukobwa Sinzi ico wampaye
Ndagukunda nkumva nayagaye
Iyo unkojejeko ivyo bi taille
Nisanga ivyanje vyose nabiguhaye
One call from you,
Stress zero
Iyo uri kure yanje Ndabura amahoro
Gyal you make everything better
Take my money uraya mérita
Ntuja untesha umutwe nka Rita
(Yaramvuruga cane)
Vuba ndakwambika impeta
Ube uwanje wa karamata
Ninzubara bantere ipata
(Aho uri hose nzogusanga)
Nkunda vibes zawe
Fossettes zawe
Ku moaninga kwawe
En gros vyose vyawe
Nkunda size zawe
Na lips zawe
Ku moaninga kwawe
En gros vyose vyawe
Ma chérie niwe mfise rukumbi
Sinzofata ifire nzoguma n’accéléra
Tuza baby there’s only you in my life
Sinzofata ifire nzoguma nkwikundira
Niwe chérie Wanje (totally)
Izire chérie wanje (Nukuri)
Niwe chérie Wanje (Chouchou bae)
Ntawundi nshaka atari we
Niwe chérie wanje (totally)
Izire chérie wanje ( Nukuri)
Niwe Chérie wanje (chouchou bae)
Ntawundi mbona nka wewe
Wa mukobwa Sinzi ico wampaye
Ndagukunda nkumva nayagaye
Iyo unkojejeko ivyo bi taille
Nisanga ivyanje vyose nabiguhaye
Utaraza Life was so unkind
Ariko kuva uziriye ibintu ni good
Unyitaho vyihariye sinkishakisha mubandi
Nkunda vibes zawe
Fossettes zawe
Ku moaninga kwawe
En gros vyose vyawe
Nkunda size zawe
Na lips zawe
Ku moaninga kwawe
En gros vyose vyawe
Ma chérie niwe mfise rukumbi
Sinzofata ifire nzoguma n’accéléra
Tuza baby there’s only you in my life
Sinzofata ifire nzoguma nkwikundira
Niwe chérie Wanje (totally)
Izire chérie wanje (Nukuri)
Niwe chérie Wanje (Chouchou bae)
Ntawundi nshaka atari we
Niwe chérie wanje (totally)
Izire chérie wanje ( Nukuri)
Niwe Chérie wanje (chouchou bae)
Ntawundi mbona nka wewe
Wa mukobwa Sinzi ico wampaye
Ndagukunda nkumva nayagaye
Iyo unkojejeko ivyo bi taille
Nisanga ivyanje vyose nabiguhaye
Lyrics Source: Youtube Official Video
Song Details & Credits
- Artist: Trezzo Bwoy
- Song Name: Chérie Wanje
- Language: Kirundi, French, English
- Date: November 6, 2026
Frequently Asked Questions (FAQs)
Who sang the song "Chérie Wanje"?
- The song "Chérie Wanje" is sung by the artist Trezzo Bwoy.
When was the song "Chérie Wanje" released?
- It was officially released on November 6, 2026.
You Might Also Like:

0 Comments